1 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!” 1 Samweli 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi Dawidi yaragenda akongera akagaruka avuye kwa Sauli kugira ngo aragire intama+ za se i Betelehemu. Zaburi 78:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 Nuko atora Dawidi umusavyi wiwe+,Amukura mu ngo z’imikuku+.
12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!”
15 Kandi Dawidi yaragenda akongera akagaruka avuye kwa Sauli kugira ngo aragire intama+ za se i Betelehemu.