1 Samweli 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Samweli abwira Yese ati: “Aba ni bo bahungu bose?” Na we avuga ati: “Haracasigaye umuhererezi+, kandi ehe aragiye intama+.” Samweli aca abwira Yese ati: “Tuma baje kumurondera, kuko tutari bwicare ngo turye ataraza hano.” 1 Samweli 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Sauli atuma intumwa kuri Yese ati: “Nundungikire Dawidi umuhungu wawe, umwe ari kumwe n’umukuku+.”
11 Amaherezo Samweli abwira Yese ati: “Aba ni bo bahungu bose?” Na we avuga ati: “Haracasigaye umuhererezi+, kandi ehe aragiye intama+.” Samweli aca abwira Yese ati: “Tuma baje kumurondera, kuko tutari bwicare ngo turye ataraza hano.”
19 Maze Sauli atuma intumwa kuri Yese ati: “Nundungikire Dawidi umuhungu wawe, umwe ari kumwe n’umukuku+.”