1 Samweli 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi Dawidi yaragenda akongera akagaruka avuye kwa Sauli kugira ngo aragire intama+ za se i Betelehemu. Zaburi 78:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 Nuko atora Dawidi umusavyi wiwe+,Amukura mu ngo z’imikuku+.
15 Kandi Dawidi yaragenda akongera akagaruka avuye kwa Sauli kugira ngo aragire intama+ za se i Betelehemu.