Guharura 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma abantu baragenda bavuye i Hazeroti+, bakambika mu gahinga ka Parani+. Gusubira mu vyagezwe 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Maze tuva i Horebu, turagenda duca muri ako gahinga kose kanini kandi gateye ubwoba+, ako mwabonye, tujanye inzira y’akarere k’imisozi k’Abamori+, nk’uko Yehova Imana yacu yari yadutegetse, turateba dushika i Kadeshi-baruneya+.
19 “Maze tuva i Horebu, turagenda duca muri ako gahinga kose kanini kandi gateye ubwoba+, ako mwabonye, tujanye inzira y’akarere k’imisozi k’Abamori+, nk’uko Yehova Imana yacu yari yadutegetse, turateba dushika i Kadeshi-baruneya+.