Itanguriro 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Mu nyuma araza aba mu biti binini vya Mamure+ biri i Heburoni+; atangura kuhubakira igicaniro Yehova+.
18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Mu nyuma araza aba mu biti binini vya Mamure+ biri i Heburoni+; atangura kuhubakira igicaniro Yehova+.