Gusubira mu vyagezwe 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Tuduga tuja hehe? Bene wacu batumye umutima wacu ushonga+, mu kuvuga ngo: “Twabonyeyo abantu bakomeye kandi barebare kuturuta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+, be n’abana b’Abanakimu+.”’
28 Tuduga tuja hehe? Bene wacu batumye umutima wacu ushonga+, mu kuvuga ngo: “Twabonyeyo abantu bakomeye kandi barebare kuturuta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+, be n’abana b’Abanakimu+.”’