Gusubira mu vyagezwe 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Tuduga tuja hehe? Bene wacu batumye umutima wacu ushonga+, mu kuvuga ngo: “Twabonyeyo abantu bakomeye kandi barebare kuturuta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+, be n’abana b’Abanakimu+.”’ Gusubira mu vyagezwe 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’
28 Tuduga tuja hehe? Bene wacu batumye umutima wacu ushonga+, mu kuvuga ngo: “Twabonyeyo abantu bakomeye kandi barebare kuturuta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+, be n’abana b’Abanakimu+.”’
2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’