Guharura 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “‘“Kandi abana banyu batoyi mwavuze yuko bocitse isahu+, bano na bo nyene nzobinjizayo ata gukeka, kandi bazomenya koko igihugu mwanse+. Gusubira mu vyagezwe 1:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Abana banyu batoyi, abo mwavuze ngo: “Bazocika isahu+!” be n’abana banyu batazi ikibi canke iciza uno musi, abo ni bo bazokwinjirayo, kandi ni bo nzogiha, bacigarurire.
31 “‘“Kandi abana banyu batoyi mwavuze yuko bocitse isahu+, bano na bo nyene nzobinjizayo ata gukeka, kandi bazomenya koko igihugu mwanse+.
39 Abana banyu batoyi, abo mwavuze ngo: “Bazocika isahu+!” be n’abana banyu batazi ikibi canke iciza uno musi, abo ni bo bazokwinjirayo, kandi ni bo nzogiha, bacigarurire.