Guharura 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera iki Yehova atuzanye muri ico gihugu kugira twicwe n’inkota+? Abagore bacu n’abana bacu batoyi bazocika isahu+. Icotubera ciza kuruta si uko twosubira mu Misiri+?” Gusubira mu vyagezwe 1:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Abana banyu batoyi, abo mwavuze ngo: “Bazocika isahu+!” be n’abana banyu batazi ikibi canke iciza uno musi, abo ni bo bazokwinjirayo, kandi ni bo nzogiha, bacigarurire.
3 Kubera iki Yehova atuzanye muri ico gihugu kugira twicwe n’inkota+? Abagore bacu n’abana bacu batoyi bazocika isahu+. Icotubera ciza kuruta si uko twosubira mu Misiri+?”
39 Abana banyu batoyi, abo mwavuze ngo: “Bazocika isahu+!” be n’abana banyu batazi ikibi canke iciza uno musi, abo ni bo bazokwinjirayo, kandi ni bo nzogiha, bacigarurire.