ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 28:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 rikazoba riri kumwe n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo+, ni ukuvuga ica kane ca hini ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose+. Usuke ahantu heranda ishikanwa ry’ikinyobwa ry’inzoga iboreza+ rihabwa Yehova.

  • Guharura 28:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Amashikanwa y’ikinyobwa yayo na yo azoba: ica kabiri+ ca hini y’umuvinyu ku bw’ishūri n’ica gatatu+ ca hini ku bw’impfizi y’intama n’ica kane+ ca hini ku bw’umwagazi w’intama w’isuguru. Iryo ni ryo shikanwa riturirwa buri kwezi, mu kwezi kwaryo, mu mezi yose y’umwaka+.

  • 2 Timoteyo 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ubu ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+, kandi igihe c’ukubohorwa kwanje+ kirashitse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika