Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.” Kuvayo 29:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nzocumbika hagati ya bene Isirayeli, mbe Imana yabo+. Abalewi 25:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri kugira ndabahe igihugu ca Kanani+, ngo nerekane ko ndi Imana yanyu+.
8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”
38 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri kugira ndabahe igihugu ca Kanani+, ngo nerekane ko ndi Imana yanyu+.