Guharura 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko bene Isirayeli bose batangura kwidodombera Musa na Aroni+, kandi ikoraniro ryose ritangura kuvuga ribarwanya riti: “Ese iyo dupfuma dupfira mu gihugu ca Misiri, canke tugapfuma dupfira muri aka gahinga! Guharura 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+?
2 Nuko bene Isirayeli bose batangura kwidodombera Musa na Aroni+, kandi ikoraniro ryose ritangura kuvuga ribarwanya riti: “Ese iyo dupfuma dupfira mu gihugu ca Misiri, canke tugapfuma dupfira muri aka gahinga!
13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+?