Yosuwa 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mugabo umuryango w’Abalewi Musa ntiyawuhaye intoranwa+. Yehova Imana ya Isirayeli ni we ntoranwa yabo, nk’uko nyene yabasezeraniye+.
33 Mugabo umuryango w’Abalewi Musa ntiyawuhaye intoranwa+. Yehova Imana ya Isirayeli ni we ntoranwa yabo, nk’uko nyene yabasezeraniye+.