7 Kuko Abalewi ata muturi bafise muri mwebwe+, kubera ko ubuherezi bwa Yehova ari bwo ntoranwa yabo+; Gadi na Rubeni+ n’igice c’umuryango wa Manase+ baratoye intoranwa yabo ku ruhande rwa Yorodani rw’amaja mu buseruko, iyo Musa umusavyi wa Yehova yabahaye+.”