Guharura 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova abandanya kubwira Aroni ati: “Ntuzogira intoranwa mu gihugu cabo; kandi nta muturi uzoronka hagati muri bo+. Ni jewe muturi wawe n’intoranwa yawe hagati muri bene Isirayeli+. Yosuwa 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mugabo umuryango w’Abalewi Musa ntiyawuhaye intoranwa+. Yehova Imana ya Isirayeli ni we ntoranwa yabo, nk’uko nyene yabasezeraniye+.
20 Yehova abandanya kubwira Aroni ati: “Ntuzogira intoranwa mu gihugu cabo; kandi nta muturi uzoronka hagati muri bo+. Ni jewe muturi wawe n’intoranwa yawe hagati muri bene Isirayeli+.
33 Mugabo umuryango w’Abalewi Musa ntiyawuhaye intoranwa+. Yehova Imana ya Isirayeli ni we ntoranwa yabo, nk’uko nyene yabasezeraniye+.