Abalewi 7:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “‘Uwo ni wo wari umugabane ujanye n’ubuherezi wa Aroni n’abahungu biwe uvuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, ku musi yabashikirije+ ngo bakorere Yehova bwa baherezi, Gusubira mu vyagezwe 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+.
35 “‘Uwo ni wo wari umugabane ujanye n’ubuherezi wa Aroni n’abahungu biwe uvuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, ku musi yabashikirije+ ngo bakorere Yehova bwa baherezi,
18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+.