Abalewi 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Uwo muri bene Aroni ashikirije amaraso y’ibimazi vy’ugusangira be n’ikinure, nya kuguru kw’ukuryo kuzocika umugabane wiwe+. 1 Abakorinto 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?
33 Uwo muri bene Aroni ashikirije amaraso y’ibimazi vy’ugusangira be n’ikinure, nya kuguru kw’ukuryo kuzocika umugabane wiwe+.
13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?