Zaburi 147:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nta rindi hanga na rimwe yagiriye gutyo+;Nayo ingingo ziwe z’ubutungane, ntibazimenye+.Shemeze Ya+! Ivyakozwe 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu mayaruka yarenganye yararetse amahanga yose ngo abandanye kugendera mu nzira zayo+,
20 Nta rindi hanga na rimwe yagiriye gutyo+;Nayo ingingo ziwe z’ubutungane, ntibazimenye+.Shemeze Ya+!