Gusubira mu vyagezwe 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Kuko ayo mahanga uriko uromora yahora yumviriza abagira ivy’amageza+ n’abaragura+; ariko weho, Yehova Imana yawe nta kintu na kimwe yaguhaye kimeze nk’ico+. Ivyakozwe 17:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.
14 “Kuko ayo mahanga uriko uromora yahora yumviriza abagira ivy’amageza+ n’abaragura+; ariko weho, Yehova Imana yawe nta kintu na kimwe yaguhaye kimeze nk’ico+.
30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.