Gusubira mu vyagezwe 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ayo mahanga mugira mwirukane yahora yumviriza abakora ivy’amageza+ n’abapfumura+, ariko mwebwe Yehova Imana yanyu ntabemerera gukora ibintu nk’ivyo.
14 Ayo mahanga mugira mwirukane yahora yumviriza abakora ivy’amageza+ n’abapfumura+, ariko mwebwe Yehova Imana yanyu ntabemerera gukora ibintu nk’ivyo.