Yeremiya 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yeremiya umuhanuzi yongera kubwira Hananiya+ umuhanuzi ati: “Ndakwinginze wumvirize, ewe Hananiya! Yehova ntiyagutumye, mugabo wewe watumye aba bantu bizigira ikinyoma+.
15 Yeremiya umuhanuzi yongera kubwira Hananiya+ umuhanuzi ati: “Ndakwinginze wumvirize, ewe Hananiya! Yehova ntiyagutumye, mugabo wewe watumye aba bantu bizigira ikinyoma+.