Guharura 35:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ivyo bisagara bitandatu bizobera ubuhungiro bene Isirayeli na ba kavamahanga+ be n’inyambukira ziri hagati muri bo, kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+. Gusubira mu vyagezwe 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 kugira uwishe mugenziwe atabizi ahungireyo+, mu gihe atari asanzwe amwanka+; kandi aze ahungire muri kimwe muri ivyo bisagara, abone kubaho+.
15 Ivyo bisagara bitandatu bizobera ubuhungiro bene Isirayeli na ba kavamahanga+ be n’inyambukira ziri hagati muri bo, kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+.
42 kugira uwishe mugenziwe atabizi ahungireyo+, mu gihe atari asanzwe amwanka+; kandi aze ahungire muri kimwe muri ivyo bisagara, abone kubaho+.