Guharura 35:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe. Gusubira mu vyagezwe 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwupfa akwiye kwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntazokwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe n’icabona kimwe+.
30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe.
6 Uwupfa akwiye kwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntazokwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe n’icabona kimwe+.