ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 35:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe.

  • Matayo 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mugabo natumviriza, nuhitane wundi umwe canke babiri, kugira ikintu cose gishingwe bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.

  • Yohani 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Vyongeye, mw’Itegeko ryanyu bwite handitswe ngo: ‘Intahe y’abantu babiri iba ari iy’ukuri+.’

  • 2 Abakorinto 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.”

  • 1 Timoteyo 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ntiwemere ikirego kiregwa umugabo ahumuye, kiretse gusa ku kimenyamenya c’ivyabona bibiri canke bitatu+.

  • Abaheburayo 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Umuntu wese akengereye itegeko rya Musa arapfa ata mpuhwe, ku ntahe ya babiri canke batatu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika