ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 35:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe.

  • Gusubira mu vyagezwe 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Nta cabona kimwe rudende gikwiye guhaguruka ngo cagirize umuntu kw’ikosa iryo ari ryo ryose canke ku gicumuro ico ari co cose+, ku biraba igicumuro ico ari co cose yokora. Ikintu gikwiye kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.

  • Matayo 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mugabo natumviriza, nuhitane wundi umwe canke babiri, kugira ikintu cose gishingwe bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.

  • Yohani 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Vyongeye, mw’Itegeko ryanyu bwite handitswe ngo: ‘Intahe y’abantu babiri iba ari iy’ukuri+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika