1 Abami 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.” Matayo 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo natumviriza, nuhitane wundi umwe canke babiri, kugira ikintu cose gishingwe bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Matayo 26:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 mugabo ntibaronka na kimwe, naho hari haje ivyabona benshi b’ikinyoma+. Mu nyuma haza babiri Yohani 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, mw’Itegeko ryanyu bwite handitswe ngo: ‘Intahe y’abantu babiri iba ari iy’ukuri+.’ 2 Abakorinto 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.” 1 Timoteyo 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntiwemere ikirego kiregwa umugabo ahumuye, kiretse gusa ku kimenyamenya c’ivyabona bibiri canke bitatu+. Abaheburayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umuntu wese akengereye itegeko rya Musa arapfa ata mpuhwe, ku ntahe ya babiri canke batatu+.
10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.”
16 Mugabo natumviriza, nuhitane wundi umwe canke babiri, kugira ikintu cose gishingwe bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.
13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.”
19 Ntiwemere ikirego kiregwa umugabo ahumuye, kiretse gusa ku kimenyamenya c’ivyabona bibiri canke bitatu+.