Zaburi 145:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ni mwiza kuri bose+,Kandi imbabazi ziwe ziri ku bikorwa vyiwe vyose+. Umusiguzi 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kandi ko umuntu wese yorya, emwe, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa ciwe cose c’ubutame+. Ni yo ngabirano y’Imana+.
13 kandi ko umuntu wese yorya, emwe, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa ciwe cose c’ubutame+. Ni yo ngabirano y’Imana+.