Zaburi 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ameze neza kandi aragororotse+.Ni co gituma yigisha inzira abacumuzi+. Zaburi 100:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Yehova ari mwiza+;Ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ni ubw’igihe kitagira urugero+,Ubwizigirwa bwiwe na bwo, ubw’iyaruka ku rindi+. Zaburi 104:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ico ubihaye biratora+.Upfumbaturura ikiganza cawe, bigahaga ivyiza+. Nahumu 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye+ ku musi w’amarushwa+. Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+. Matayo 5:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba rirasira ababi n’abeza, agatuma n’imvura igwira abagororotsi n’abatari abagororotsi+. Ivyakozwe 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.” Yakobo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.
5 Kuko Yehova ari mwiza+;Ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ni ubw’igihe kitagira urugero+,Ubwizigirwa bwiwe na bwo, ubw’iyaruka ku rindi+.
7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye+ ku musi w’amarushwa+. Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+.
45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba rirasira ababi n’abeza, agatuma n’imvura igwira abagororotsi n’abatari abagororotsi+.
17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.”
17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.