ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Yehova ameze neza kandi aragororotse+.

      Ni co gituma yigisha inzira abacumuzi+.

  • Zaburi 136:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

  • Matayo 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Amubwira ati: “Kubera iki umbaza iciza ico ari co? Umwiza ahari ni umwe+. Mugabo, nimba ushaka kwinjira mu buzima, niwubahirize amabwirizwa ubudahengeshanya+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika