Abalewi 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+. Luka 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Amubwira ati: “Wishuye neza; ‘guma ukora ivyo, uzoronka ubuzima+.’ ” Luka 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Urazi amabwirizwa+: ‘Nturenge ibigo+, Ntiwice+, Ntiwibe+, Ntushinge intahe y’ikinyoma+, Tera iteka so na nyoko+.’ ”
5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+.
20 Urazi amabwirizwa+: ‘Nturenge ibigo+, Ntiwice+, Ntiwibe+, Ntushinge intahe y’ikinyoma+, Tera iteka so na nyoko+.’ ”