Kuvayo 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Gusubira mu vyagezwe 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe. Abanyefeso 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tera iteka so na nyoko+”; ni ryo tegeko rya mbere riri kumwe n’umuhango+:
12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.
16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe.