Abalewi 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro. Gusubira mu vyagezwe 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Umugabo niyatwara umugore kandi koko akaryamana na we hanyuma nya mugabo agahava akamwanka+,
17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro.