Ezekiyeli 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ku bisanzwe, abamaraya bose barabaha impano+, mugabo wewe, ni wewe wahaye impano zawe abagukunda urukundo rukaze bose+, kandi mu bikorwa vy’ubumaraya bwawe ubaha igiturire kugira ngo baze iwawe bavuye irya n’ino+.
33 Ku bisanzwe, abamaraya bose barabaha impano+, mugabo wewe, ni wewe wahaye impano zawe abagukunda urukundo rukaze bose+, kandi mu bikorwa vy’ubumaraya bwawe ubaha igiturire kugira ngo baze iwawe bavuye irya n’ino+.