ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko akebereza aho ari iruhande y’inzira maze avuga ati: “Ndakwinginze unyemerere ndyamane nawe+.” Kuko atari azi yuko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari avuga ati: “Umpa iki kugira uryamane nanje+?”

  • Gusubira mu vyagezwe 23:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ntuze uzane mu nzu ya Yehova Imana yawe ingero+ ya maraya canke ikiguzi c’imbwa+ ku bw’indagano iyo ari yo yose, kuko ivyo ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe, mbere vyose uko ari bibiri.

  • Hoseya 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nzohindura umusaka umuzabibu wiwe+ n’igiti c’umusukoni ciwe+, ivyo yavuze ati: “Ni ingabirano yanje, iyo abankunda urukundo rukaze bampaye”; nzobigira ikibira+, kandi ibikoko vyo mu gahinga bizobirotsa.

  • Luka 15:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Mugabo uyo muhungu wawe+ yamariye mu bamaraya+ uburyo ufise bwo kubaho, yabaye agishika uca umubagira ca kimasa cadoheshejwe+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika