ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 22:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Uzoyinginga, na yo ikwumve+;

      Indagano zawe uzozishitsa+.

  • Zaburi 66:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;

      Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+,

  • Zaburi 116:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nzoshitsa indagano zanje kuri Yehova+,

      Egome, imbere y’abantu biwe bose+,

  • Umusiguzi 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.

  • Yona 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.

      Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”

  • Nahumu 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ehe ku misozi ibirenge vy’uwuzanye inkuru nziza, uwamamaza amahoro+. Ewe Yuda, himbaza imisi mikuru yawe+. Shitsa indagano zawe+; kuko ata muntu w’imburakimazi azosubira guca muri wewe+. Vy’ukuri azorandurwa wese uko yakabaye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika