Kuvayo 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Vyizavyiza mu vyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwawe, uze ubizane ku nzu ya Yehova Imana yawe+. “Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+. Abalewi 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu. Guharura 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ivyiza vyose kuruta ibindi mu mavuta, n’ivyiza vyose kuruta ibindi mu muvinyu mushasha n’intete, imishuzo+ yavyo, ivyo bazoha Yehova, nabiguhaye+. 2 Ngoma 31:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Iryo jambo rikimara gukwiragira, bene Isirayeli+ bongereza umushuzo w’intete+, umuvinyu mushasha+, n’amavuta+ n’ubuki+ n’umwimbu wose w’umurima+, hanyuma bazana ic’icumi c’ibintu vyose ku bwinshi+. Nehemiya 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 twitegeka no kuzana ku nzu ya Yehova ivyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwacu+ n’ivyamwa vya mbere vyeze mu vyamwa vyose vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, ku mwaka ku mwaka; Imigani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Tera iteka Yehova ukoresheje ibintu vyawe vy’agaciro+ be n’umushuzo w’umwimbu wawe wose+.
19 “Vyizavyiza mu vyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwawe, uze ubizane ku nzu ya Yehova Imana yawe+. “Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+.
10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu.
12 “Ivyiza vyose kuruta ibindi mu mavuta, n’ivyiza vyose kuruta ibindi mu muvinyu mushasha n’intete, imishuzo+ yavyo, ivyo bazoha Yehova, nabiguhaye+.
5 Iryo jambo rikimara gukwiragira, bene Isirayeli+ bongereza umushuzo w’intete+, umuvinyu mushasha+, n’amavuta+ n’ubuki+ n’umwimbu wose w’umurima+, hanyuma bazana ic’icumi c’ibintu vyose ku bwinshi+.
35 twitegeka no kuzana ku nzu ya Yehova ivyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwacu+ n’ivyamwa vya mbere vyeze mu vyamwa vyose vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, ku mwaka ku mwaka;