Zaburi 119:141 Bibiliya y’isi nshasha 141 Nta co ndi, kandi ndagayitse+.Sinibagiye amateka yawe+. Imigani 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mwananje, ntiwibagire itegeko ryanje+, kandi umutima wawe wubahirize amabwirizwa yanje+, Ivyakozwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu.
16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu.