Gusubira mu vyagezwe 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ntuze wumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi w’iyo ndoto+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira amenye nimba mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.
3 ntuze wumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi w’iyo ndoto+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira amenye nimba mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.