Gusubira mu vyagezwe 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 niwakira gusa kwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe, ukaba maso ugashitsa iri bwirizwa ryose ndagutegetse uno musi+.
5 niwakira gusa kwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe, ukaba maso ugashitsa iri bwirizwa ryose ndagutegetse uno musi+.