Gusubira mu vyagezwe 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira vy’ukuri nk’uko yagusezeraniye, kandi koko uzoha ingurane+ amahanga menshi ku ngwati, mugabo wewe nta ngurane uzosaba; kandi uzoganza amahanga menshi, mugabo wewe ntazokuganza+.
6 Kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira vy’ukuri nk’uko yagusezeraniye, kandi koko uzoha ingurane+ amahanga menshi ku ngwati, mugabo wewe nta ngurane uzosaba; kandi uzoganza amahanga menshi, mugabo wewe ntazokuganza+.