Gusubira mu vyagezwe 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova azoguherereza ku mutwe, ntazoguherereza ku murizo; kandi uzoja hejuru gusa+, ntuzoja hasi, kuko uguma ugamburuka amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, ayo ndagutegetse uno musi ngo uyubahirize, uyashitse. 1 Abami 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko yaganza ikintu cose cari hakuno ya rwa Ruzi+, kuva i Tifusa gushika i Gaza+, mbere n’abami bose bo hakuno ya rwa Ruzi+; nuko agira amahoro+ mu karere kiwe kose, irya n’ino.
13 Yehova azoguherereza ku mutwe, ntazoguherereza ku murizo; kandi uzoja hejuru gusa+, ntuzoja hasi, kuko uguma ugamburuka amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, ayo ndagutegetse uno musi ngo uyubahirize, uyashitse.
24 Kuko yaganza ikintu cose cari hakuno ya rwa Ruzi+, kuva i Tifusa gushika i Gaza+, mbere n’abami bose bo hakuno ya rwa Ruzi+; nuko agira amahoro+ mu karere kiwe kose, irya n’ino.