Gusubira mu vyagezwe 5:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi muze mwitwararike gukora nk’uko Yehova Imana yanyu yabategetse+. Ntimuze mukebereze iburyo canke ibubamfu+. Yosuwa 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+. Imigani 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntuhengamire iburyo canke ibubamfu+. Kura ikirenge cawe mu bibi+. Yesaya 30:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi amatwi yawe azokwumva ijambo inyuma yawe rivuga ngo: “Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo,” nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+.
32 Kandi muze mwitwararike gukora nk’uko Yehova Imana yanyu yabategetse+. Ntimuze mukebereze iburyo canke ibubamfu+.
7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+.
21 Kandi amatwi yawe azokwumva ijambo inyuma yawe rivuga ngo: “Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo,” nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+.