ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Ariko rero, nimugende ku kibanza canje cari i Shilo+, aho nabanje gutuma izina ryanje riba+, murabe ivyo nahagiriye kubera ububi bw’igisata canje Isirayeli+.

  • Yeremiya 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 nanje iyi nzu nzoyigira nk’iy’i Shilo+, n’iki gisagara ndakigire umuvumo ku mahanga yose yo kw’isi+.’”’”

  • Gucura intimba 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Ewe kuntu yicaye ari inyakamwe+, umwe yari igisagara kigwiriyemwo abantu+!

      Ewe kuntu yabaye nk’umupfakazi+, umwe yahoramwo abanyagihugu benshi ugereranije n’ayandi mahanga+!

      Ewe kuntu uwari umuganwakazi mu ntara z’ubutware asigaye ari uwo gukora ibikorwa vy’agahato+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika