1 Samweli 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Abafilisitiya bararwana, maze Isirayeli iratsindwa+, batangura guhunga, umwe wese ahungira kw’ihema ryiwe+; haba ugusasika inganda gukomeye cane+ ku buryo muri Isirayeli hagwa abagabo ibihumbi mirongo itatu bari ku maguru+. 2 Abami 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yuda iratsindwa imbere ya Isirayeli+, ku buryo bahunga, umwe wese akaja kw’ihema ryiwe.
10 Nuko Abafilisitiya bararwana, maze Isirayeli iratsindwa+, batangura guhunga, umwe wese ahungira kw’ihema ryiwe+; haba ugusasika inganda gukomeye cane+ ku buryo muri Isirayeli hagwa abagabo ibihumbi mirongo itatu bari ku maguru+.