ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kandi ibisagara vyanyu sinzobura kubitanga ku nkota+, ibibanza vyanyu vyeranda na vyo ndabigire umusaka+, kandi utumoto twanyu turuhura sinzotumotera+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona uno musi vyo kubagiriza+, yuko mutazobura kuyogera ningoga mugahona muri ico gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucigarurire. Ntimuzorambira* kuri co, kuko mutazobura kuzimanganywa+.

  • Yosuwa 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kubera yuko muzoba mwahonyanze isezerano rya Yehova Imana yanyu, iryo yabategetse, no kubera yuko muzoba mwagiye gukorera izindi mana mukazunamira+. Ishavu rya Yehova ntirizobura kubarurumbira+, namwe ntimuzobura kuzimangana ningoga mu gihugu ciza yabahaye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika