Abalewi 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+. Yeremiya 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+.
26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+.
13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+.