Gusubira mu vyagezwe 28:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+. Yeremiya 52:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu kwezi kugira kane, ku musi ugira icenda w’ukwo kwezi+, ikigoyi na co kiba igikaze mu gisagara, kandi nta mukate wariho ku bw’abanyagihugu+.
48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.
6 Mu kwezi kugira kane, ku musi ugira icenda w’ukwo kwezi+, ikigoyi na co kiba igikaze mu gisagara, kandi nta mukate wariho ku bw’abanyagihugu+.