ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo bazoba abasuku biwe+, kugira ngo bamenye itandukaniro hagati y’igikorwa canje+ n’igikorwa c’ubwami bw’ibihugu+.”

  • Yeremiya 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi ntimuzobura kuvuga muti: ‘Kubera iki Yehova Imana yacu yatugiriye ivyo bintu vyose+?’ Nawe uze ubabwire uti: ‘Nk’uko mwantaye mukaja gukorera imana y’inyamahanga mu gihugu canyu, ni ko muzokorera ab’ahandi mu gihugu kitari icanyu+.’”

  • Yeremiya 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi warekuye intoranwa yawe nari naraguhaye, egome, uyirekura bikwiviriyeko+. Nzotuma rero ukorera abansi bawe mu gihugu utamenye+; kuko mwadometswe nk’umuriro mw’ishavu ryanje+. Uzoguma waka gushika igihe kitagira urugero.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika