Gusubira mu vyagezwe 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+. 1 Abami 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova Imana yabo yari yarakuye ba sekuruza babo mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera. Ni co catumye Yehova abazanako ibi vyago vyose+.’” Yeremiya 2:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Mugabo uvuga uti: ‘Nagumye ndi intungane. Ni ukuri ishavu ryiwe ryamvuyeko risubira inyuma+.’ “Ehe ngira mburane nawe kubera uvuga ngo: ‘Sinacumuye+.’ Yeremiya 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi. Yeremiya 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kandi niwabwira aba bantu ayo majambo yose, maze bakakubwira koko bati: ‘Kubera iki Yehova yatuvuzeko ivyo vyago vyose bikomeye, kandi ikosa ryacu ni irihe, vyongeye, igicumuro cacu twacumuye kuri Yehova Imana yacu ni ikihe+?’,
25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+.
9 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova Imana yabo yari yarakuye ba sekuruza babo mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera. Ni co catumye Yehova abazanako ibi vyago vyose+.’”
35 “Mugabo uvuga uti: ‘Nagumye ndi intungane. Ni ukuri ishavu ryiwe ryamvuyeko risubira inyuma+.’ “Ehe ngira mburane nawe kubera uvuga ngo: ‘Sinacumuye+.’
22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi.
10 “Kandi niwabwira aba bantu ayo majambo yose, maze bakakubwira koko bati: ‘Kubera iki Yehova yatuvuzeko ivyo vyago vyose bikomeye, kandi ikosa ryacu ni irihe, vyongeye, igicumuro cacu twacumuye kuri Yehova Imana yacu ni ikihe+?’,