ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.

  • 2 Ngoma 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera+. Ni co catumye abazanako ibi vyago vyose+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika